20-0712 O Arrebatamento

Sermão: 65-1204 O Arrebatamento

Brazil: branhamtabernacle.org/pt

Angola: Télécharger , PDF

Aviso sobre as Traduções feitas no Tabernáculo Branham

11/07/2020
Inkukuma Zirakoranira Hamwe

Bahungu n’Abakobwa Bakundwa Mwagaragajwe, Izina Ry’Umwami Rishimwe kubw’Imfungurwa ziWe Zabitswe. Umugeni agira umunsi mukuri buri munsi kuri iyo Manu Inyegejwe. Ubutumwa ku Butumwa Abandanya Atubwira Ati, “amabande, amabande, amabande; AYO ni Imfungurwa za Mpwemu zaNje zikenewe ngo zibabesheho, kuko muri Umugeni waNje yatoranijwe,”

Mbega hari ibirenze ibiri ku mabande dukeneye ? Hoba hari ikindi kintu dukeneye kwumviriza Intumwa yiWe yaranasavye Data ko yohishurira umwungere ico akwiye kugaburira Ishengero ryiwe mu gihe atazoba ahari.

Hezagira pasitori wacu mukundwa, umwungere. Dusenze ngo Umusige amavuta ya Mpwemu Yera, n’Ijambo RyaWe, kandi Umuhishurire maze agaburire ubusho. Kandi igihe kimwe, harah igihe kinini, aho Watanga rya yerekwa, aka gashengero ngaha, kuvyerekeye kubika Imfungurw
ko hazoza igihe aho ibi bizoba bikenewe vyose.

Amabande ni yo Mfungurwa Zabitswe umwungere yari gukenera kugira ngo agaburire ubusho Yari kubagaburira mu kuvuga ati, “Fyonda Muvuze.”

Murabitahura ? Mukaba mutabitahuye, muragaruka mwumvirize iyi bande ubugira kandi. Sin igihe nzomarana namwe uko kingana. Muribuka, uku ni Ukuri, ni UKU NI KWO UHORAHO AGI Ni Ukuri. Ni Ivyanditswe.

Ndashima cane kubona mfise ukwo guhishurirwa kandi nkaba ndi mu gikorwa gihambaye kuru ibindi kw’isi : Igikorwa ciWe c’Amabande.

Ndatahura ko ndiko mbwira ibihumbi, ku mabande, murabizi, kandi dufise igikorwa c’amaban kw’isi yose.

Yatubwiye yuko Imana, imbere yuko isi inabaho, Yari Ifise intumbero mu mice itatu kw’ibanga rihambaye ryiWe ryanyegejwe. Ubwa mbere, kwIgaragaza rwose muri Kristo. Ubwa kabiri, kugira ikibanza ca mbere ngo Yigaragaze ubwaYo mw’Ishengero ryaYo , ariryo twebwe, Umugeni. Ubwa gatatu, gushumbusha Ubwami ku kibanza cabwo kibereye cari caguye kubw’igicumuro ca Adamu wa mbere.

Ubu rirya sezerano ririko rirashitswa. Kristo Yaraje mu Mugeni wiWe, Akora vya bikorwa nyen Yakoze mw’itanguriro, Ategura kandi Ashitsa Ijambo RyiWe. Umutwe n’Umubiri biriko biraba Umwe mu bikorwa, mu bimenyetso, no mu Bugingo, nk’uko Yasezeranye ko Azobikora mu gih
c’iherezo.

Turi Umugeni wiWe, Umubiri wa Yesu Kristo, kandi dushobora kwumviriza Ijambo Ryiwe Ryemejwe gusa. Kuko turi Ijambo rigeretse kw’Ijambo, rigeretse kw’Ijambo, ari Ryo rizoshikan Umugeni w’Umwami Yesu Kristo ku gihagararo ciWe gikwiye.

Turiko turumviriza Imana Yigaragaje mu mubiri maze Ikavugana n’Umugeni waYo. Ubu twasamye inda ya Mpwemu wiWe. Kristo Yibonekeza muri twebwe kandi Aba muri twebwe. Twabaye imbohe z’Ijambo RyiWe gusa, nta kindi. Ntidushobora gusambana; twaramaze gusama inda y’Ijambo RyiWe.

Umugeni Yariteguye We nyene mu kwumviriza Ijambo Ryateguwe kubw’iki gihe cacu. Igihe cashitse, Izamurwa Riregereje, kandi turiko tuba intsinzi yiWe.

Aho tuzoba dukoraniye hamwe ku munsi w’iyinga isaha indwi zo kumurango mu masaha y’i Jeffersonville maze tukumviriza inzira yiWe yateguwe kubw’igihe cacu, mureke dutegure amatara yacu kandi twitegure mu kwumviriza 65-1204 “Izamurwa.”

MweneSo Joseph Branham